Zaburi 22:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Uruvyaro* ruzomukorera+;Iyaruka rizomenyeshwa ivyerekeye Yehova+. Zaburi 110:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abantu bawe+ bazokwitanga babikunze+ ku musi w’inteko zawe za gisirikare+.Mu bwiza bwakaka bw’ubweranda+, ufise igitero cawe c’imisore nk’amama y’ikime,Bakaza bavuye mu gitereko c’umutwenzi+. Yesaya 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko hari umwana atuvukiye+, hari umuhungu duhawe+; ubutware bwa kiganwa buzoba ku rutugu rwiwe+. Kandi izina azokwitwa ni Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho+, Umuganwa w’amahoro+. 1 Abakorinto 15:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Mbere ni ko vyanditswe ngo: “Umuntu wa mbere Adamu yacitse umuntu* muzima+.” Adamu wa nyuma yacitse impwemu+ itanga ubuzima+. Abaheburayo 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi ngo: “Nzomwizigira+.” Kandi ngo: “Raba! Jewe n’abana batoyi, abo Yehova yampaye+.”
3 Abantu bawe+ bazokwitanga babikunze+ ku musi w’inteko zawe za gisirikare+.Mu bwiza bwakaka bw’ubweranda+, ufise igitero cawe c’imisore nk’amama y’ikime,Bakaza bavuye mu gitereko c’umutwenzi+.
6 Kuko hari umwana atuvukiye+, hari umuhungu duhawe+; ubutware bwa kiganwa buzoba ku rutugu rwiwe+. Kandi izina azokwitwa ni Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho+, Umuganwa w’amahoro+.
45 Mbere ni ko vyanditswe ngo: “Umuntu wa mbere Adamu yacitse umuntu* muzima+.” Adamu wa nyuma yacitse impwemu+ itanga ubuzima+.