Zaburi 113:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Aha umugore w’ingumba kwibera mu nzu+Ari nyina w’abana anezerewe+.Shemeze Ya+! Abaroma 11:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 kandi muri ubwo buryo Isirayeli+ yose izokizwa. Nk’uko vyanditswe ngo: “Umurokozi azova i Siyoni+ akure kuri Yakobo imigenzo yo kutibanga Imana+. Abagalatiya 3:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Vyongeye, nimba mwegukira Kristu, muri uruvyaro rwa Aburahamu vy’ukuri+, ba samuragwa ku bijanye n’umuhango+. Abagalatiya 4:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ariko Yeruzalemu+ yo hejuru iridegemvya, kandi ni yo mama+. Ivyahishuwe 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze numva igitigiri c’abadomweko ikidodo: ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+, badomweko ikidodo bo mu miryango yose+ ya bene Isirayeli+:
26 kandi muri ubwo buryo Isirayeli+ yose izokizwa. Nk’uko vyanditswe ngo: “Umurokozi azova i Siyoni+ akure kuri Yakobo imigenzo yo kutibanga Imana+.
29 Vyongeye, nimba mwegukira Kristu, muri uruvyaro rwa Aburahamu vy’ukuri+, ba samuragwa ku bijanye n’umuhango+.
4 Maze numva igitigiri c’abadomweko ikidodo: ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+, badomweko ikidodo bo mu miryango yose+ ya bene Isirayeli+: