Zaburi 30:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko kuba munsi y’ishavu ryiwe ari ivy’akanya gato+,Kuba munsi y’ubutoni bwiwe bikaba ivy’ubuzima bwose+.Ku mugoroba amarira yoshobora kwaka indaro+, mugabo mu gitondo hakaba akamo k’umunezero+. Yeremiya 29:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Imyaka mirongo irindwi niyarangira muri i Babiloni, nzobitaho+, kandi nzoshitsa kuri mwebwe ijambo ryanje ryiza mu kubagarukana aha hantu+.’ Ivyahishuwe 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nayo urugo ruri hanze+ y’aheranda h’urusengero, rute hanze, nturugere, kuko ruhawe amahanga+, kandi azohonyangira ca gisagara ceranda+ munsi y’ibirenge amezi mirongo ine n’abiri+.
5 Kuko kuba munsi y’ishavu ryiwe ari ivy’akanya gato+,Kuba munsi y’ubutoni bwiwe bikaba ivy’ubuzima bwose+.Ku mugoroba amarira yoshobora kwaka indaro+, mugabo mu gitondo hakaba akamo k’umunezero+.
10 “Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Imyaka mirongo irindwi niyarangira muri i Babiloni, nzobitaho+, kandi nzoshitsa kuri mwebwe ijambo ryanje ryiza mu kubagarukana aha hantu+.’
2 Nayo urugo ruri hanze+ y’aheranda h’urusengero, rute hanze, nturugere, kuko ruhawe amahanga+, kandi azohonyangira ca gisagara ceranda+ munsi y’ibirenge amezi mirongo ine n’abiri+.