ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 51:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Nimuraramurire amaso mu majuru+, mwongere murabe kw’isi hasi. Kuko amajuru azotegerezwa kuvungagurwa atumurwe kurya kw’umwotsi+, kandi isi izoshira kurya kw’impuzu+, kandi abayibako bazopfa kurya kw’umubu*. Nayo ubukiriro bwanje, buzoba mbere ubwo gushika igihe kitagira urugero+, kandi ubugororotsi bwanje ntibuzomenagurwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika