Zaburi 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Wa Wundi yicaye mu majuru+ azokwitwengera;Yehova ubwiwe azobatwengera mw’ijigo+. Yesaya 41:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uzobarondera ubabure, barya banigana nawe+. Bazocika nk’ikintu kitariho, nk’ubusa+, barya barwana nawe.
12 Uzobarondera ubabure, barya banigana nawe+. Bazocika nk’ikintu kitariho, nk’ubusa+, barya barwana nawe.