Zaburi 61:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko wewe ubwawe, ewe Mana, wumvirije indagano zanje+.Wampaye intoranwa y’abatinya izina ryawe+. Yesaya 58:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 ni ho uzososerwa na Yehova+, nanje nzotuma ugendera ku bibanza bikirurutse vy’isi+; kandi nzotuma urya ku ntoranwa ya Yakobo sogokuruza wawe+, kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze+.”
14 ni ho uzososerwa na Yehova+, nanje nzotuma ugendera ku bibanza bikirurutse vy’isi+; kandi nzotuma urya ku ntoranwa ya Yakobo sogokuruza wawe+, kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze+.”