2 Ngoma 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 maze abantu banje+ bitiriwe izina ryanje+ bakicisha bugufi+ bagasenga+, bakarondera mu maso hanje+ bagahindukira bakava mu nzira zabo mbi+, nzokwumva rero ndi mu majuru+, mbabarire igicumuro cabo+, nkize igihugu cabo+. Ezekiyeli 18:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Nayo umubisha, niyahindukira akava mu bicumuro vyiwe vyose yakoze+, akagumya koko ivyagezwe vyanje vyose, agashitsa ubutungane n’ubugororotsi+, ntazobura kubandanya kubaho. Ntazopfa+. Ivyakozwe 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Nimwigaye+ rero, muhindukire+ kugira ngo ibicumuro vyanyu bihanagurwe+, ngo ibiringo vy’ukuruhurirwa+ bibone kuza bivuye imbere ya Yehova
14 maze abantu banje+ bitiriwe izina ryanje+ bakicisha bugufi+ bagasenga+, bakarondera mu maso hanje+ bagahindukira bakava mu nzira zabo mbi+, nzokwumva rero ndi mu majuru+, mbabarire igicumuro cabo+, nkize igihugu cabo+.
21 “‘Nayo umubisha, niyahindukira akava mu bicumuro vyiwe vyose yakoze+, akagumya koko ivyagezwe vyanje vyose, agashitsa ubutungane n’ubugororotsi+, ntazobura kubandanya kubaho. Ntazopfa+.
19 “Nimwigaye+ rero, muhindukire+ kugira ngo ibicumuro vyanyu bihanagurwe+, ngo ibiringo vy’ukuruhurirwa+ bibone kuza bivuye imbere ya Yehova