Zaburi 77:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Inzira yawe yaca mu kiyaga+,Umunyuro wawe ugaca mu mazi menshi;Kandi amakanda yawe ntiyamenyekanye. Abaroma 11:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ewe bwimbike bw’ubutunzi+ n’ubukerebutsi+ n’ubumenyi+ vy’Imana! Ese ukuntu imanza zayo zidaserangurika+ be n’ukuntu inzira zayo ata wushobora kuzitora!
19 Inzira yawe yaca mu kiyaga+,Umunyuro wawe ugaca mu mazi menshi;Kandi amakanda yawe ntiyamenyekanye.
33 Ewe bwimbike bw’ubutunzi+ n’ubukerebutsi+ n’ubumenyi+ vy’Imana! Ese ukuntu imanza zayo zidaserangurika+ be n’ukuntu inzira zayo ata wushobora kuzitora!