2 Abakorinto 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umwe rero avotororera umubivyi imbuto n’umukate wo kurya+ azotanga yongere agwize imbuto kugira ngo mubibe, kandi azokwongereza ivyimburwa vy’ubugororotsi bwanyu+.)
10 Umwe rero avotororera umubivyi imbuto n’umukate wo kurya+ azotanga yongere agwize imbuto kugira ngo mubibe, kandi azokwongereza ivyimburwa vy’ubugororotsi bwanyu+.)