Yesaya 35:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi abacunguwe na Yehova bazogaruka+ baze koko i Siyoni n’akamo k’umunezero+; kandi umunezero wo gushika igihe kitagira urugero uzoba ku mutwe wabo+. Bazoshikira umwigino n’umunezero, kandi intuntu n’ukuniha bizohunga+.
10 Kandi abacunguwe na Yehova bazogaruka+ baze koko i Siyoni n’akamo k’umunezero+; kandi umunezero wo gushika igihe kitagira urugero uzoba ku mutwe wabo+. Bazoshikira umwigino n’umunezero, kandi intuntu n’ukuniha bizohunga+.