Abaroma 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ku bw’ivyo rero ndabinginga, bene wacu, ku bw’impuhwe z’Imana, ngo mushikirize imibiri+ yanyu nk’ikimazi+ kizima+, ceranda+, cemerwa ku Mana+, igikorwa ceranda+ kijana n’ububasha bwanyu bwo kwiyumvira+.
12 Ku bw’ivyo rero ndabinginga, bene wacu, ku bw’impuhwe z’Imana, ngo mushikirize imibiri+ yanyu nk’ikimazi+ kizima+, ceranda+, cemerwa ku Mana+, igikorwa ceranda+ kijana n’ububasha bwanyu bwo kwiyumvira+.