ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 8:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 wewe ubwawe uze wumvirize uri mu majuru, ahantu hashimangiye uba+, maze ukore wisunze ivyo uwo munyamahanga azoba aguhamagariye vyose+; kugira ngo ibisata vyo kw’isi vyose bimenye izina ryawe+ maze bigutinye nk’uko igisata cawe Isirayeli kigutinya, no kugira bimenye yuko izina ryawe ryambarijwe kuri iyi nzu nubatse+.

  • Matayo 21:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Maze ababwira ati: “Vyanditswe ngo: ‘Inzu yanje izokwitwa inzu yo gusengeramwo+,’ mugabo mwebwe muriko muyigira isenga ry’abambuzi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika