Ezekiyeli 33:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “‘Nayo iyo nderetsi, niyabona inkota ije, ntivuze koko inzamba+ maze abantu ntibaronke imburi namba, hanyuma inkota ikaza ikagira uwo ihitana muri bo, azohitanwa azize ikosa ryiwe+, mugabo amaraso yiwe nzoyishuza mu kuboko kw’iyo nderetsi+.’
6 “‘Nayo iyo nderetsi, niyabona inkota ije, ntivuze koko inzamba+ maze abantu ntibaronke imburi namba, hanyuma inkota ikaza ikagira uwo ihitana muri bo, azohitanwa azize ikosa ryiwe+, mugabo amaraso yiwe nzoyishuza mu kuboko kw’iyo nderetsi+.’