5 Egome, kubera ko umuvinyu ari igihemu+, umuntu w’umugabo arishima+; uwaguye icipfuzo ciwe nk’ukuzimu, akaba kandi ameze nk’urupfu, akaba adashobora guhaga+, ntazoshika kw’ihangiro ryiwe+. Aguma yiyegeranirizako amahanga yose yongera yikoranirizako ibisata vy’abantu vyose+.