ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nimunyuragire mu mabarabara ya Yeruzalemu, murabe rero, muheze mumenye, mwironderere mu bibanza vya bose vyaho murabe yuko hari umuntu+ mwobona, yuko hari umuntu n’umwe ashitsa ubutungane+, umuntu n’umwe arondera ubwizigirwa+, nanje nzobabarira Yeruzalemu.

  • Ezekiyeli 22:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 “‘Nagumye ndondera muri bo uwusanasana uruhome rw’amabuye+, agahagarara mu gihengeri+ imbere yanje ku neza y’igihugu, kugira ngo sindagihonye+; ariko narabuze n’umwe.

  • Mika 7:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Intahemuka yazimanganye mw’isi, kandi mu bantu nta wugororotse ariho+. Bose babundira gusesa amaraso+. Umwe wese ahigisha urusenga rw’umukwabu mwene wabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika