Yesaya 5:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi bazotontomera kuri yo kuri uwo musi nk’ugutontoma kw’ikiyaga+. Kandi umuntu azokwitegereza igihugu, asange hari umwiza uteye agahinda+; mbere n’umuco wacuze umwiza kubera amama atibagurikira kuri co. Yesaya 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi azoraba kw’isi, asange, yewe ga yee! ni amarushwa n’umwiza+, umukorane, ibihe bigoye n’umuzimagiza ata kwakaka namba+.
30 Kandi bazotontomera kuri yo kuri uwo musi nk’ugutontoma kw’ikiyaga+. Kandi umuntu azokwitegereza igihugu, asange hari umwiza uteye agahinda+; mbere n’umuco wacuze umwiza kubera amama atibagurikira kuri co.
22 Kandi azoraba kw’isi, asange, yewe ga yee! ni amarushwa n’umwiza+, umukorane, ibihe bigoye n’umuzimagiza ata kwakaka namba+.