Yesaya 59:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Inzira y’amahoro+ barayirengagije, kandi nta butungane buri mu mihora yabo+. Amabarabara yabo barayihetarikiye+. Nta wuyagenderamwo n’umwe azogenda amenye amahoro+.
8 Inzira y’amahoro+ barayirengagije, kandi nta butungane buri mu mihora yabo+. Amabarabara yabo barayihetarikiye+. Nta wuyagenderamwo n’umwe azogenda amenye amahoro+.