Zaburi 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kubera ababisha banyaze.Abansi b’ubuzima bwanje baguma bansugereza+. Amosi 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nimwumve iri jambo, mwa nka z’i Bashani mwe+, mu ri ku musozi wa Samariya+, mugunga abantu batobato+, mugakandamiza aboro, mu kabwira ba shobuja ngo: ‘Zana twinywere!’
4 “Nimwumve iri jambo, mwa nka z’i Bashani mwe+, mu ri ku musozi wa Samariya+, mugunga abantu batobato+, mugakandamiza aboro, mu kabwira ba shobuja ngo: ‘Zana twinywere!’