Abanyefeso 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Vyongeye, mwakire inkofero+ y’ubukiriro, be n’inkota+ y’impwemu+, ni ryo jambo ry’Imana+, 1 Abatesalonika 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo twebwe ab’umurango, tuzigame ubwenge bwacu kandi twambare ukwizera+ n’urukundo nk’igikingira igikiriza+, twambare n’icizigiro+ c’ubukiriro nk’inkofero+;
8 Nayo twebwe ab’umurango, tuzigame ubwenge bwacu kandi twambare ukwizera+ n’urukundo nk’igikingira igikiriza+, twambare n’icizigiro+ c’ubukiriro nk’inkofero+;