Yobu 29:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Narambara ubugororotsi, na bwo bukanyambika+.Ubutungane bwanje bwari bumeze nk’umwitero utagira amaboko, mbere nk’igitambara co mu mutwe.
14 Narambara ubugororotsi, na bwo bukanyambika+.Ubutungane bwanje bwari bumeze nk’umwitero utagira amaboko, mbere nk’igitambara co mu mutwe.