Zaburi 22:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Impera zose z’isi zizokwibuka zigaruke kuri Yehova+.Kandi imiryango yose y’amahanga izokwunama imbere yawe+. Zaburi 102:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Amahanga azotinya izina rya Yehova+,Abami bose bo mw’isi na bo batinye ubuninahazwa bwawe+.
27 Impera zose z’isi zizokwibuka zigaruke kuri Yehova+.Kandi imiryango yose y’amahanga izokwunama imbere yawe+.