Yesaya 49:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Raba! Nzodugiriza amahanga ukuboko kwanje+, ndugirize ibisata vy’abantu ikimenyetso canje+. Na bo bazozana abana bawe mu gikiriza, batware ku rutugu abakobwa bawe+.
22 Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Raba! Nzodugiriza amahanga ukuboko kwanje+, ndugirize ibisata vy’abantu ikimenyetso canje+. Na bo bazozana abana bawe mu gikiriza, batware ku rutugu abakobwa bawe+.