Yesaya 41:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Ntutinye, wewe musiba+ Yakobo, mwebwe bantu ba Isirayeli+. Jewe nzogufasha,” ni ko Yehova avuze, egome, Umucunguzi wawe+, wa Mweranda wa Isirayeli.
14 “Ntutinye, wewe musiba+ Yakobo, mwebwe bantu ba Isirayeli+. Jewe nzogufasha,” ni ko Yehova avuze, egome, Umucunguzi wawe+, wa Mweranda wa Isirayeli.