ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 36:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Kuko iwawe ari ho hari isôko ry’ubuzima+;

      Biciye ku muco uva kuri wewe turabona umuco+.

  • Yesaya 60:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 60 “Haguruka+, wa mugore we, rungika umuco+, kuko umuco wawe ushitse+, kandi ubuninahazwa bwa Yehova bukaba bukurasiyeko umuco+.

  • Ivyahishuwe 21:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Kandi ico gisagara ntigikeneye izuba canke ukwezi ngo vyakire kuri co, kuko ubuninahazwa bw’Imana bwakiboneshereza+, kandi itara ryaco yari wa Mwagazi w’intama+.

  • Ivyahishuwe 22:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Vyongeye, ijoro ntirizokwongera kubaho+, kandi ntibazokenera umuco w’itara canke ngo bagire umuco w’izuba, kuko Yehova Imana azorasira umuco+ kuri bo, kandi bazoganza ibihe bitazoshira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika