Yesaya 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 barya bavuga ngo: “Igikorwa ciwe nicihute; nikize ningoga, tukibone; kandi impanuro ya wa Mweranda wa Isirayeli niyegereze ize, tuyimenye+!” Habakuki 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ivyo bintu vyerekanywe bikirindiriye igihe vyashingiwe+, kandi biguma vyihuta bigana kw’iherezo, kandi ntibizobesha. Naho vyoteba, ugume ubirindiriye; kuko bitazobura kuranguka+. Ntibizocererwa.
19 barya bavuga ngo: “Igikorwa ciwe nicihute; nikize ningoga, tukibone; kandi impanuro ya wa Mweranda wa Isirayeli niyegereze ize, tuyimenye+!”
3 Kuko ivyo bintu vyerekanywe bikirindiriye igihe vyashingiwe+, kandi biguma vyihuta bigana kw’iherezo, kandi ntibizobesha. Naho vyoteba, ugume ubirindiriye; kuko bitazobura kuranguka+. Ntibizocererwa.