Yohani 15:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Dawe araninahazwa muri ibi: ko muguma mwama ivyamwa vyinshi kandi mukerekana ko muri abigishwa banje+. 1 Abakorinto 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 kuko mwaguzwe ikiguzi+. Ninahaze Imana+ rero mu mubiri+ wanyu.
8 Dawe araninahazwa muri ibi: ko muguma mwama ivyamwa vyinshi kandi mukerekana ko muri abigishwa banje+.