Yesaya 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko Yehova azogirira imbabazi Yakobo+, kandi n’ubundi ntazogenda adatoye Isirayeli+; azobaha vy’ukuri akaruhuko ku butaka bwabo+, kandi kavamahanga azokwungwa kuri bo, kandi bazokwifatanya n’inzu ya Yakobo+.
14 Kuko Yehova azogirira imbabazi Yakobo+, kandi n’ubundi ntazogenda adatoye Isirayeli+; azobaha vy’ukuri akaruhuko ku butaka bwabo+, kandi kavamahanga azokwungwa kuri bo, kandi bazokwifatanya n’inzu ya Yakobo+.