Matayo 24:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 “None ni nde mushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge+ shebuja yashinze abakozi biwe bo mu nzu, kugira abahe ibifungurwa vyabo ku gihe kibereye+? Ivyakozwe 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Igihe bariko barakorera+ Yehova ku mugaragaro bongera bisonzesha, impwemu nyeranda ivuga iti: “Mu bantu bose nimunshirire ku ruhande Barunaba na Sauli+ ku bw’igikorwa nabahamagariye.” Abaheburayo 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Vyongeye, umuherezi wese araja mu kibanza ciwe+ ku musi ku musi+ ngo akore igikorwa gikorerwa abantu no kugira ngo ashikane kenshi vya bimazi nyene, kuko ivyo bitigera bishobora gukuraho ibicumuro rwose+.
45 “None ni nde mushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge+ shebuja yashinze abakozi biwe bo mu nzu, kugira abahe ibifungurwa vyabo ku gihe kibereye+?
2 Igihe bariko barakorera+ Yehova ku mugaragaro bongera bisonzesha, impwemu nyeranda ivuga iti: “Mu bantu bose nimunshirire ku ruhande Barunaba na Sauli+ ku bw’igikorwa nabahamagariye.”
11 Vyongeye, umuherezi wese araja mu kibanza ciwe+ ku musi ku musi+ ngo akore igikorwa gikorerwa abantu no kugira ngo ashikane kenshi vya bimazi nyene, kuko ivyo bitigera bishobora gukuraho ibicumuro rwose+.