Gusubira mu vyagezwe 21:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko akwiye kwemera ko imfura ari umuhungu w’umwe yankwa mu kumuha imigabane ibiri ku kintu cose afise+, kuko uyo ari we buzibūra bwiwe*+. Uburenganzira bw’imfura ni we bwegukira+. 2 Abami 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bakimara kujabuka, Eliya abwira Elisha ati: “Saba ico ndagukorera imbere y’uko njanwa, ngakurwa iruhande yawe+.” Elisha aca avuga ati: “Ndakwinginze, imigabane ibiri+ y’impwemu yawe+ ize kuri jewe+.”
17 Kuko akwiye kwemera ko imfura ari umuhungu w’umwe yankwa mu kumuha imigabane ibiri ku kintu cose afise+, kuko uyo ari we buzibūra bwiwe*+. Uburenganzira bw’imfura ni we bwegukira+.
9 Bakimara kujabuka, Eliya abwira Elisha ati: “Saba ico ndagukorera imbere y’uko njanwa, ngakurwa iruhande yawe+.” Elisha aca avuga ati: “Ndakwinginze, imigabane ibiri+ y’impwemu yawe+ ize kuri jewe+.”