Yobu 42:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yehova abohora Yobu+ mu mvuto igihe yasabira bagenziwe+, maze Yehova yongera guha Yobu ivyari ivyiwe, abigwiza kabiri+.
10 Yehova abohora Yobu+ mu mvuto igihe yasabira bagenziwe+, maze Yehova yongera guha Yobu ivyari ivyiwe, abigwiza kabiri+.