Yesaya 54:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Yehova yaguhamagaye nk’aho wari umugore yahebwe buhere kandi yababajwe mu mutima+, kandi nk’umugore wo mu gihe c’ubuto+ yaciye atabwa+,” ni ko Imana yawe ivuze.
6 Kuko Yehova yaguhamagaye nk’aho wari umugore yahebwe buhere kandi yababajwe mu mutima+, kandi nk’umugore wo mu gihe c’ubuto+ yaciye atabwa+,” ni ko Imana yawe ivuze.