Zaburi 149:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko Yehova ahimbarwa n’abantu biwe+.Aha ubwiza abatekereza mu kubambika ubukiriro+. Yeremiya 32:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Nzokwigina ku bijanye na bo kugira ngo ndabagirire iciza+, kandi nzobateragira muri iki gihugu+ mu kuri, n’umutima wanje wose be n’inkomezi zanje zose.’” Zefaniya 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yehova Imana yawe ari hagati muri wewe. Azogukiza, kuko ari Umunyenkomezi+. Azokwigina n’umunezero kubera wewe+. Azocecekera mu rukundo rwiwe. Azokunezererwa yiha akamo k’umunezero.
41 Nzokwigina ku bijanye na bo kugira ngo ndabagirire iciza+, kandi nzobateragira muri iki gihugu+ mu kuri, n’umutima wanje wose be n’inkomezi zanje zose.’”
17 Yehova Imana yawe ari hagati muri wewe. Azogukiza, kuko ari Umunyenkomezi+. Azokwigina n’umunezero kubera wewe+. Azocecekera mu rukundo rwiwe. Azokunezererwa yiha akamo k’umunezero.