ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zakariya 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Nezerwa cane, wa mukobwa wa Siyoni+! Niwihe akaruru k’intsinzi+, wa mukobwa wa Yeruzalemu! Raba! Umwami wawe+ araje kuri wewe+. Aragororotse kandi ni nyen’intsinzi+; aricisha bugufi+, kandi agendera ku ndogobwa, egome, ku gitungwa gikuze kivuka ku ndogobwa y’ingore+.

  • Matayo 21:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Nimubwire umukobwa wa Siyoni muti: ‘Raba! Umwami wawe araje kuri wewe+, aritonda+, kandi agendera ku ndogobwa, egome, ku mwana w’indogobwa, umwana w’igitwazi+.’”

  • Yohani 12:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Ntutinye, mukobwa wa Siyoni. Raba! Umwami wawe araje+, yicaye ku mwana w’indogobwa+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika