Yeremiya 31:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Mbega Efurayimu ni umuhungu w’agaciro kuri jewe, canke umwana afatanwa urukundo+? Kuko uko nzomuhambarira kwose, nzosubira kumwibuka ata kabuza+. Ni co catumye amara yanje amusebagirikira+. Nzomwumvira koko ikigongwe+,” ni ko Yehova avuze.
20 “Mbega Efurayimu ni umuhungu w’agaciro kuri jewe, canke umwana afatanwa urukundo+? Kuko uko nzomuhambarira kwose, nzosubira kumwibuka ata kabuza+. Ni co catumye amara yanje amusebagirikira+. Nzomwumvira koko ikigongwe+,” ni ko Yehova avuze.