2 Ngoma 36:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Atangura guturira inzu y’Imana+ y’ukuri yongera asiturira hasi uruhome+ rwa Yeruzalemu; iminara yaho yo kubamwo yose bayituriza umuriro, be n’ibintu vyaho vyose bihimbaye+, kugira bahayogeze+. Yesaya 64:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Inzu yacu y’ubweranda n’ubwiza+, iyo ba sogokuruza bacu bagushemerezamwo+, ubwayo yacitse ikintu co guturira mu muriro+; kandi kimwe cose mu bintu vyacu bihimbaye+ cacitse agatikizo. Gucura intimba 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umurwanizi yaramvuriye ukuboko ibintu bihimbaye vyiwe vyose+.Kuko yabonye amahanga yinjiye aheranda hiwe+,Ayo wategetse ko adakwiye kwinjira mw’ishengero ryawe.
19 Atangura guturira inzu y’Imana+ y’ukuri yongera asiturira hasi uruhome+ rwa Yeruzalemu; iminara yaho yo kubamwo yose bayituriza umuriro, be n’ibintu vyaho vyose bihimbaye+, kugira bahayogeze+.
11 Inzu yacu y’ubweranda n’ubwiza+, iyo ba sogokuruza bacu bagushemerezamwo+, ubwayo yacitse ikintu co guturira mu muriro+; kandi kimwe cose mu bintu vyacu bihimbaye+ cacitse agatikizo.
10 Umurwanizi yaramvuriye ukuboko ibintu bihimbaye vyiwe vyose+.Kuko yabonye amahanga yinjiye aheranda hiwe+,Ayo wategetse ko adakwiye kwinjira mw’ishengero ryawe.