Kuvayo 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi bategerezwa kuba biteguye ku bw’umusi ugira gatatu, kuko ku musi ugira gatatu Yehova azomanuka imbere y’amaso y’abantu bose, ku musozi Sinayi+. Mika 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ehe, Yehova arasohotse avuye ahantu hiwe+, kandi azomanuka koko, ahonyange ibibanza bikirurutse* vy’isi+.
11 Kandi bategerezwa kuba biteguye ku bw’umusi ugira gatatu, kuko ku musi ugira gatatu Yehova azomanuka imbere y’amaso y’abantu bose, ku musozi Sinayi+.
3 Kuko ehe, Yehova arasohotse avuye ahantu hiwe+, kandi azomanuka koko, ahonyange ibibanza bikirurutse* vy’isi+.