Zaburi 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mbega nta n’umwe mu bakora ibintu bibabaza yaronse ubumenyi+,Ko barotsa abantu banje nk’uko bariye umukate+?Ntibarushe bambaza Yehova+. Hoseya 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bose barashuha nk’itanure, bakarotsa koko abacamanza babo. Abami babo baratemvye bose+; nta n’umwe muri bo asemerera ampamagara+.
4 Mbega nta n’umwe mu bakora ibintu bibabaza yaronse ubumenyi+,Ko barotsa abantu banje nk’uko bariye umukate+?Ntibarushe bambaza Yehova+.
7 Bose barashuha nk’itanure, bakarotsa koko abacamanza babo. Abami babo baratemvye bose+; nta n’umwe muri bo asemerera ampamagara+.