ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 kugira bene Isirayeli bazane ibimazi vyabo, ivyo bashikanira mu gahinga+, babizanire Yehova ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro babihe umuherezi+, babishikanire Yehova bwa bimazi vy’ugusangira+.

  • Yesaya 1:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Kuko bazomaramazwa n’ibiti vy’ibinyabushobozi mwipfuje+, kandi muzoteterwa kubera imirima mwahisemwo+.

  • Yesaya 66:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Abiyeza kandi bakihumanura kugira baje mu mirima+ inyuma y’umuntu ari hagati na hagati, bakarya inyama z’ingurube+ be n’ikintu gishisha, mbere na ya mbeba isimbagurika+, bose hamwe bazoshika kw’iherezo ryabo,” ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika