Abalewi 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “‘Gusa, iki ni co mutazorya mu vyuza n’ibisatuye ikinono: ingamiya, kuko yuza mugabo ikaba idasatuye ikinono. Irahumanye kuri mwebwe+. Gusubira mu vyagezwe 14:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Ntuze urye ikintu na kimwe giteye ishishi c’ubwoko na bumwe+.
4 “‘Gusa, iki ni co mutazorya mu vyuza n’ibisatuye ikinono: ingamiya, kuko yuza mugabo ikaba idasatuye ikinono. Irahumanye kuri mwebwe+.