ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 101:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Uwo wese abeshera mugenziwe mu mpisho+,

      Uwo ndamunumya+.

      Uwo wese w’amaso yibona kandi w’umutima w’akagaye+,

      Uwo sinshobora kumwihanganira+.

  • Imigani 16:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Uwishima mu mutima wese ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+. Ukuboko kwokwiyunga ku kundi, yamara umuntu ntazobura guhanwa+.

  • Luka 18:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ndabibabwiye: Uyo muntu yamanutse i muhira iwe abonetse ko ari umugororotsi+ kuruta urya wundi; kuko uwo wese yishira hejuru azoteterezwa, mugabo uwicisha bugufi we akazoshirwa hejuru+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika