Luka 16:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko arahamagara ati: ‘Data Aburahamu+, ngirira imbabazi urungike Lazaro akoze isonga ry’urutoke rwiwe mu mazi, ahoze ururimi rwanje+, kubera ko ndi mu mubabaro mwinshi muri uyu muriro uyingana+.’
24 Nuko arahamagara ati: ‘Data Aburahamu+, ngirira imbabazi urungike Lazaro akoze isonga ry’urutoke rwiwe mu mazi, ahoze ururimi rwanje+, kubera ko ndi mu mubabaro mwinshi muri uyu muriro uyingana+.’