ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 8:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Hazayeli aca avuga ati: “Kubera iki umukama wanje ariko ararira?” Na we ati: “Kubera nzi neza ikibi+ uzokorera bene Isirayeli. Ibibanza vyabo bikingijwe ibihome uzobiha umuriro, abagabo b’abahizi babo ubicishe inkota, abana babo ubasavye+, abagore babo bibungenze na bo ubafomoze+.”

  • Gucura intimba 2:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Agahungu n’umutama+ baryamye hasi kw’ivu ryo mu mabarabara+.

      Abigeme banje b’isugi n’imisore yanje bagwishijwe n’inkota+.

      Wabishe ku musi w’ishavu ryawe+. Warabakereye+; ntiwagize impuhwe+.

  • Hoseya 13:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Samariya azoharurwako icaha+, kuko agarariza koko Imana yiwe+. Bazogwishwa n’inkota+. Abana babo bazomenagurwa+, abagore babo bibungenze na bo bafomozwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika