Itanguriro 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yehova Imana abwira nya nzoka+ ati: “Ko wakoze ico kintu, ubaye ikivume mu bitungwa vyose no mu bikoko vyose vyo mu gahinga. Uzogendera ku nda yawe, kandi umukungugu ni wo uzorya imisi yose y’ubuzima bwawe+. Abaroma 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nayo ya Mana itanga amahoro+, vuba izofyonyora Shetani+ munsi y’ibirenge vyanyu. Ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama wacu Yezu bubane namwe+.
14 Yehova Imana abwira nya nzoka+ ati: “Ko wakoze ico kintu, ubaye ikivume mu bitungwa vyose no mu bikoko vyose vyo mu gahinga. Uzogendera ku nda yawe, kandi umukungugu ni wo uzorya imisi yose y’ubuzima bwawe+.
20 Nayo ya Mana itanga amahoro+, vuba izofyonyora Shetani+ munsi y’ibirenge vyanyu. Ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama wacu Yezu bubane namwe+.