Mika 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Amahanga menshi azogenda koko, avuge ati: “Nimuze+ tuduge ku musozi wa Yehova no ku nzu y’Imana ya Yakobo+; izotwigisha inzira zayo+, natwe tuzogendera mu minyuro yayo+.” Kuko i Siyoni hazova itegeko, n’i Yeruzalemu hakava ijambo rya Yehova+. Zakariya 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nzogaruka i Siyoni+ mbe hagati muri Yeruzalemu+; kandi Yeruzalemu izokwitwa koko igisagara c’ukuri+, umusozi wa Yehova+ nyen’ingabo na wo witwe umusozi mweranda+.’”
2 Amahanga menshi azogenda koko, avuge ati: “Nimuze+ tuduge ku musozi wa Yehova no ku nzu y’Imana ya Yakobo+; izotwigisha inzira zayo+, natwe tuzogendera mu minyuro yayo+.” Kuko i Siyoni hazova itegeko, n’i Yeruzalemu hakava ijambo rya Yehova+.
3 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nzogaruka i Siyoni+ mbe hagati muri Yeruzalemu+; kandi Yeruzalemu izokwitwa koko igisagara c’ukuri+, umusozi wa Yehova+ nyen’ingabo na wo witwe umusozi mweranda+.’”