Yohani 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Vyongeye, sinkiri mw’isi, mugabo bo bari mw’isi+, nanje ndiko ndaza kuri wewe. Data mweranda, ubarinde+ ku bw’izina ryawe wampaye, kugira ngo babe umwe* nk’uko turi+. Yakobo 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbega si bo barogota+ kuri rya zina ryiza mwitirirwa+?
11 “Vyongeye, sinkiri mw’isi, mugabo bo bari mw’isi+, nanje ndiko ndaza kuri wewe. Data mweranda, ubarinde+ ku bw’izina ryawe wampaye, kugira ngo babe umwe* nk’uko turi+.