Yesaya 54:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko uzokwiragira iburyo n’ibubamfu+, kandi uruvyaro rwawe ruzokwigarurira amahanga+, kandi bazoba mu bisagara vyagizwe umusaka+. Yesaya 60:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amahanga azogenda koko agana umuco wawe+, abami+ na bo bagende bagana ubukayangane bw’ukwaka kwawe+. Hagayi 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “‘Nzotigitisha amahanga yose, maze ibintu bihimbaye vyo mu mahanga yose bizoza ata kabuza+; nzokwuzuza iyi nzu ubuninahazwa+,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
3 Kuko uzokwiragira iburyo n’ibubamfu+, kandi uruvyaro rwawe ruzokwigarurira amahanga+, kandi bazoba mu bisagara vyagizwe umusaka+.
3 Amahanga azogenda koko agana umuco wawe+, abami+ na bo bagende bagana ubukayangane bw’ukwaka kwawe+.
7 “‘Nzotigitisha amahanga yose, maze ibintu bihimbaye vyo mu mahanga yose bizoza ata kabuza+; nzokwuzuza iyi nzu ubuninahazwa+,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.