Ezira 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umuntu wese muri mwebwe wo mu bantu biwe bose, Imana yiwe ibane na we+. Naduge rero i Yeruzalemu muri Yuda, asubire kwubaka inzu ya Yehova Imana ya Isirayeli, ni we Mana y’ukuri+, inzu yari i Yeruzalemu+. Ezira 2:64 Bibiliya y’isi nshasha 64 Ishengero ryose uko ari umugwi+ ryari rigizwe n’abantu ibihumbi mirongo ine na bibiri n’amajana atatu na mirongo itandatu+, Ivyahishuwe 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze mbona ijuru rishasha+ n’isi nshasha+; kuko ijuru rya kera+ n’isi ya kera+ vyari vyagiye, n’ikiyaga+ nticari kikiriho.
3 Umuntu wese muri mwebwe wo mu bantu biwe bose, Imana yiwe ibane na we+. Naduge rero i Yeruzalemu muri Yuda, asubire kwubaka inzu ya Yehova Imana ya Isirayeli, ni we Mana y’ukuri+, inzu yari i Yeruzalemu+.
64 Ishengero ryose uko ari umugwi+ ryari rigizwe n’abantu ibihumbi mirongo ine na bibiri n’amajana atatu na mirongo itandatu+,
21 Maze mbona ijuru rishasha+ n’isi nshasha+; kuko ijuru rya kera+ n’isi ya kera+ vyari vyagiye, n’ikiyaga+ nticari kikiriho.