2 Abami 18:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Imana za Hamati+ na Arupadi+ ziri hehe? Imana za Sefaruvayimu+ na Hena+ na Iva+ ziri hehe? Zoba zararokoye Samariya mu kuboko kwanje+? Yesaya 37:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mbega imana+ z’amahanga ba sogokuruza banje bahoneje zarayarokoye+, egome, Gozani+ na Harani+ na Rezefu na bene Edeni+ bari i Teli-asari?
34 Imana za Hamati+ na Arupadi+ ziri hehe? Imana za Sefaruvayimu+ na Hena+ na Iva+ ziri hehe? Zoba zararokoye Samariya mu kuboko kwanje+?
12 Mbega imana+ z’amahanga ba sogokuruza banje bahoneje zarayarokoye+, egome, Gozani+ na Harani+ na Rezefu na bene Edeni+ bari i Teli-asari?