2 Abami 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 None wewe woshobora gute gusubiza inyuma buramatari umwe gusa wo mu basuku b’umukama wanje+ bo hanyuma y’abandi, kandi wizigira Misiri kubera imikogote+ no kubera abagendera ku mafarasi+?
24 None wewe woshobora gute gusubiza inyuma buramatari umwe gusa wo mu basuku b’umukama wanje+ bo hanyuma y’abandi, kandi wizigira Misiri kubera imikogote+ no kubera abagendera ku mafarasi+?