2 Nimufate inzira muje i Kalune, mwirabire; hanyuma muveyo muje i Hamati+ ahaba abantu benshi, muheze mumanuke i Gati+ h’Abafilisitiya. Mbega ivyo bisagara vyoba ari vyo vyiza kuruta ubu bwami, canke mugira ngo akarere kavyo ni ko kanini kuruta akarere kanyu+?